ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwasubira mu Misiri, uze wibuke gukorera imbere ya Farawo ibitangaro vyose naguhaye ububasha bwo gukora+. Ariko nzomureka akomantaze umutima wiwe+, kandi ntazorekura abantu banje+.

  • Kuvayo 9:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Farawo abonye ko imvura n’urubura be n’imituragaro vyahagaze, aca yongera gucumura, akomantaza umutima wiwe+, we hamwe n’abasuku biwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika