Kuvayo 9:15, 16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Iyo nshaka ubu mba maze kubangura ukuboko nkaguteza ivyago bikomeye mwe n’abantu bawe, kandi uba warazimanganye kw’isi. 16 Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira ndakwereke ububasha bwanje no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+. Zaburi 78:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yakoreye ibintu bitangaje mu maso ya ba sekuruza babo+,mu gihugu ca Misiri, mu karere ka Zowani+. Abaroma 9:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Kuko icanditswe kibwira Farawo giti: «Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira nerekane ububasha bwanje biciye kuri wewe no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.»
15 Iyo nshaka ubu mba maze kubangura ukuboko nkaguteza ivyago bikomeye mwe n’abantu bawe, kandi uba warazimanganye kw’isi. 16 Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira ndakwereke ububasha bwanje no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.
17 Kuko icanditswe kibwira Farawo giti: «Mugabo iki ni co catumye mba ndakuretse: ni ukugira nerekane ububasha bwanje biciye kuri wewe no kugira izina ryanje ryamamare kw’isi yose+.»