Kuvayo 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hagwa urubura rurimwo imiravyo ikomeye*. Urwo rubura rwari rukaze cane. Nta rubura nk’urwo rwari bwigere rugwa muri ico gihugu kuva Misiri yakabaho+.
24 Hagwa urubura rurimwo imiravyo ikomeye*. Urwo rubura rwari rukaze cane. Nta rubura nk’urwo rwari bwigere rugwa muri ico gihugu kuva Misiri yakabaho+.