Kuvayo 8:30, 31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Musa aca ava kwa Farawo, araheza yinginga Yehova+. 31 Yehova aca akora ivyo Musa amusavye, vya bibugu bica biva kuri Farawo, ku basuku biwe no ku bantu biwe. Nta na kimwe casigaye.
30 Musa aca ava kwa Farawo, araheza yinginga Yehova+. 31 Yehova aca akora ivyo Musa amusavye, vya bibugu bica biva kuri Farawo, ku basuku biwe no ku bantu biwe. Nta na kimwe casigaye.