ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Bazokwemera ivyo ubabwiye+. Mwe n’abashingantahe bo muri Isirayeli muzoja ku mwami wa Misiri, mumubwire muti: “Yehova Imana y’Abaheburayo+ yavuganye natwe. Turagusavye utureke tugire urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kugira tuje gushikanira ibimazi Yehova Imana yacu+.”

  • Kuvayo 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Ariko bamubwira bati: «Imana y’Abaheburayo yaravuganye natwe. Dushaka kugira urugendo rw’imisi itatu mu gahinga kugira tuje gushikanira ibimazi Yehova Imana yacu+. Ahandiho yoduteza indwara canke akatwicisha inkota.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika