Kuvayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwasubira mu Misiri, uze wibuke gukorera imbere ya Farawo ibitangaro vyose naguhaye ububasha bwo gukora+. Ariko nzomureka akomantaze umutima wiwe+, kandi ntazorekura abantu banje+. Kuvayo 14:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nzoreka Farawo akomantaze umutima wiwe+, kandi azoboma inyuma. Nzokwihesha ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’igisoda ciwe cose+, kandi Abanyamisiri bazomenya vy’ukuri ko jewe ndi Yehova+.» Baca bagira gutyo nyene.
21 Maze Yehova abwira Musa ati: «Niwasubira mu Misiri, uze wibuke gukorera imbere ya Farawo ibitangaro vyose naguhaye ububasha bwo gukora+. Ariko nzomureka akomantaze umutima wiwe+, kandi ntazorekura abantu banje+.
4 Nzoreka Farawo akomantaze umutima wiwe+, kandi azoboma inyuma. Nzokwihesha ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’igisoda ciwe cose+, kandi Abanyamisiri bazomenya vy’ukuri ko jewe ndi Yehova+.» Baca bagira gutyo nyene.