-
Kuvayo 18:2-4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Yetiro sebukwe wa Musa yari yarakiriye Zipora umugore wa Musa, igihe Musa yamurungika iwabo 3 ari kumwe n’abahungu biwe babiri+. Umuhungu umwe Musa yari yamwise Gerushomu*+, kuko yavuga ati: «Nabaye muri iki gihugu ndi kavamahanga.» 4 Uwundi yari yamwise Eliyezeri*, kuko yavuga ati: «Imana ya data ni umufasha wanje. Yarankijije inkota ya Farawo+.»
-