Kuvayo 20:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abantu baguma bahagaze kure, ariko Musa yegera ca gicu c’umuzitanya aho Imana y’ukuri yari+. Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»
8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»