Kuvayo 32:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Muri uwo mwanya, abantu babona ko Musa yari atevye kugaruka ava ku musozi+. Baca bakoranira kuri Aroni, bamubwira bati: «Duhingurire imana izotuja imbere+ kuko tutazi ivyashikiye uwo Musa, wa mugabo yadukura mu gihugu ca Misiri.»
32 Muri uwo mwanya, abantu babona ko Musa yari atevye kugaruka ava ku musozi+. Baca bakoranira kuri Aroni, bamubwira bati: «Duhingurire imana izotuja imbere+ kuko tutazi ivyashikiye uwo Musa, wa mugabo yadukura mu gihugu ca Misiri.»