Kuvayo 17:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yosuwa aca akora ivyo Musa amubwiye+, aja kurwanya Abamaleki. Musa, Aroni na Huru+ baca baduga hejuru ku musozi.
10 Yosuwa aca akora ivyo Musa amubwiye+, aja kurwanya Abamaleki. Musa, Aroni na Huru+ baca baduga hejuru ku musozi.