Kuvayo 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Aroni agiheza kuvugana n’ishengero ryose ry’Abisirayeli, baca barahindukira baraba mu bugaragwa. Baza babona ubuninahazwa bwa Yehova burabonetse muri ca gicu+. Abalewi 9:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Amaherezo, Musa na Aroni binjira mw’ihema ry’ibonaniro hanyuma barasohoka, maze bahezagira abantu+. Ubuninahazwa bwa Yehova buca bubonekera abantu bose+. Guharura 16:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Ishengero rimaze gukoranira hamwe ngo rirwanye Musa na Aroni, baca barahindukira baraba kw’ihema ry’ibonaniro maze babona ca gicu caripfutse, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo buca butangura kuboneka+.
10 Aroni agiheza kuvugana n’ishengero ryose ry’Abisirayeli, baca barahindukira baraba mu bugaragwa. Baza babona ubuninahazwa bwa Yehova burabonetse muri ca gicu+.
23 Amaherezo, Musa na Aroni binjira mw’ihema ry’ibonaniro hanyuma barasohoka, maze bahezagira abantu+. Ubuninahazwa bwa Yehova buca bubonekera abantu bose+.
42 Ishengero rimaze gukoranira hamwe ngo rirwanye Musa na Aroni, baca barahindukira baraba kw’ihema ry’ibonaniro maze babona ca gicu caripfutse, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo buca butangura kuboneka+.