-
Kuvayo 2:13, 14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Bukeye yongera gusohoka, abona abagabo babiri b’Abaheburayo bariko bararwana. Abwira uwari mw’ikosa ati: «Uriko ukubitira iki mugenzawe+?» 14 Na we amwishura ati: «Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza wacu? Ushaka kunyica nk’uko wishe wa Munyamisiri+?» Musa aca agira ubwoba, avuga ati: «Ca kintu camenyekanye!»
-