Kuvayo 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yehova abwira Aroni ati: «Genda uhurire na Musa+ mu gahinga.» Aroni aca aragenda, amusanga ku musozi w’Imana y’ukuri+ maze aramusoma.
27 Yehova abwira Aroni ati: «Genda uhurire na Musa+ mu gahinga.» Aroni aca aragenda, amusanga ku musozi w’Imana y’ukuri+ maze aramusoma.