Kuvayo 38:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Aca akora mu mujumpu ca kibesani*+ be n’ico bagiterekako. Yabikoze mu vyirore* vy’abagore bakorera* ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. Abalewi 8:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Hanyuma atora makeyi kuri ayo mavuta, ayamijagira incuro indwi kuri ca gicaniro, arakirobanura n’ibikoresho vyaco vyose kugira avyeze. Abigenza gutyo no kuri ca kibesani* n’ico bagiterekako. 1 Abami 7:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Akora ibibesani cumi vy’umujumpu+, kimwe cose kikaba cajamwo amazi angana n’ingero 40 zitwa bati*. Ikibesani kimwe cose cangana n’intambwe zine*. Imwimwe yose muri ya mashareti cumi yariko ikibesani kimwe.
8 Aca akora mu mujumpu ca kibesani*+ be n’ico bagiterekako. Yabikoze mu vyirore* vy’abagore bakorera* ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.
11 Hanyuma atora makeyi kuri ayo mavuta, ayamijagira incuro indwi kuri ca gicaniro, arakirobanura n’ibikoresho vyaco vyose kugira avyeze. Abigenza gutyo no kuri ca kibesani* n’ico bagiterekako.
38 Akora ibibesani cumi vy’umujumpu+, kimwe cose kikaba cajamwo amazi angana n’ingero 40 zitwa bati*. Ikibesani kimwe cose cangana n’intambwe zine*. Imwimwe yose muri ya mashareti cumi yariko ikibesani kimwe.