Kuvayo 30:37, 38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ntimuze muhingure imibavu yo kwikoreshereza imeze nk’iyo+. Mukwiye kuyibona nk’ikintu ceranda cegukira Yehova. 38 Umuntu wese azokora imibavu nk’iyo kugira aze arayimotereza ategerezwa kwicwa.»
37 Ntimuze muhingure imibavu yo kwikoreshereza imeze nk’iyo+. Mukwiye kuyibona nk’ikintu ceranda cegukira Yehova. 38 Umuntu wese azokora imibavu nk’iyo kugira aze arayimotereza ategerezwa kwicwa.»