Kuvayo 38:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Hanyuma akora ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa mu giti c’umunyinya. Cari ikwadarato ifise uburebure bw’intambwe* zitanu, ubwaguke bw’intambwe zitanu n’amahagarara y’intambwe zitatu+. Kuvayo 40:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uzoshira igicaniro c’amashikanwa aturirwa+ imbere y’iryo hema ryeranda, ari ryo hema ry’ibonaniro.
38 Hanyuma akora ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa mu giti c’umunyinya. Cari ikwadarato ifise uburebure bw’intambwe* zitanu, ubwaguke bw’intambwe zitanu n’amahagarara y’intambwe zitatu+.