ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 33:22, 23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ubuninahazwa bwanje nibwarengana, nzogushira mu mugaga w’ico gitandara, ndagukingirize ikiganza canje gushika ndenganye. 23 Hanyuma nzokuraho ikiganza canje, nawe uzombona mu mugongo. Ariko mu maso hanje ntushobora kuhabona+.»

  • Guharura 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»

  • Gusubira mu vyagezwe 34:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Muri Isirayeli ntihigeze hasubira kuboneka umuhanuzi ameze nka Musa+, uwo Yehova yari azi neza*+.

  • Yohani 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+. Wa mwana w’ikinege ameze nk’Imana*+ ari iruhande ya Se*+, ni we yayisiguye+.

  • Yohani 6:46
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Nta muntu n’umwe yabonye Data+, kiretse uwaje ava ku Mana. Uwo ni we yabonye Data+.

  • Ivyakozwe 7:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Uyo Musa ni we yari kumwe n’ishengero mu bugaragwa. Yari kumwe kandi na wa mumarayika+ yavugana na we+ ku musozi Sinayi, hamwe na ba sogokuruza bacu. Yarahawe amajambo meranda mazima kugira ayaduhe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika