ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 27:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Uzotunganya ikigo+ c’iryo hema ryeranda. Ku ruhande rwo mu bumanuko, hazoba hazitijwe ibitambara bikozwe mu nyuzi z’ilino* nziza zitsivye. Bizoba bifise uburebure bw’intambwe 100 kuri urwo ruhande+.

  • Abalewi 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Iri na ryo ni itegeko rigenga ishikanwa ry’intete+: abahungu ba Aroni ni bo bazorizana ku gicaniro imbere ya Yehova.

  • Abalewi 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Aroni n’abahungu biwe bazorya ibisigaye kuri iryo shikanwa+. Bazobirira ahantu heranda ari imikate itagiramwo umwambiro. Bazoyirira mu kigo c’ihema ry’ibonaniro+.

  • Ezekiyeli 42:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Maze ambwira ati: «Ibibanza vy’uburiro vyo mu buraruko n’ivyo mu bumanuko biri hafi ya ha hantu hagaragara+, ni ibibanza vy’uburiro vyeranda. Ni ho abaherezi begera Yehova barira amashikanwa meranda cane+. Kubera ko aho hantu ari heranda, ni ho bashira amashikanwa meranda cane, ishikanwa ry’intete, iry’igicumuro n’iryo kwagirwa n’icaha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika