-
Abalewi 3:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Nimba ishikanwa ryiwe ari ikimazi co gusangira*+ akuye mu busho bw’inka, yaba ari ishuri canke ishashi, ikwiye kuba itagira akanenge imbere ya Yehova. 2 Azorambika ikiganza ku mutwe w’ishikanwa ryiwe, hanyuma rikerererwe ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. Abahungu ba Aroni ari bo baherezi, bazoca bamijagira amaraso yaryo ku mpande zose z’igicaniro.
-