Abalewi 22:29, 30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nimwashikanira Yehova ikimazi co gukenguruka+, mutegerezwa kugishikana ku buryo abashima. 30 Gitegerezwa kuribwa kuri uwo musi nyene. Inyama zaco ntizize zirare+. Ndi Yehova.
29 Nimwashikanira Yehova ikimazi co gukenguruka+, mutegerezwa kugishikana ku buryo abashima. 30 Gitegerezwa kuribwa kuri uwo musi nyene. Inyama zaco ntizize zirare+. Ndi Yehova.