Abalewi 19:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nimwashikanira Yehova ikimazi co gusangira+, mukwiye kugishikana ku buryo abashima+. 6 Gikwiye kuribwa ku musi nyene mwagitangiyeko no ku musi ukurikira. Hagize ibishika ku musi ugira gatatu bikwiye guturirwa+.
5 Nimwashikanira Yehova ikimazi co gusangira+, mukwiye kugishikana ku buryo abashima+. 6 Gikwiye kuribwa ku musi nyene mwagitangiyeko no ku musi ukurikira. Hagize ibishika ku musi ugira gatatu bikwiye guturirwa+.