Abalewi 19:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nihagira uwurya kuri ico kimazi ku musi ugira gatatu, kizoca kiba ikintu gisesemye kandi Imana ntizocemera. 8 Uwukiriyeko azobihanirwa, kuko azoba ahumanije ikintu ceranda ca Yehova. Uwo muntu abwirizwa kwicwa*.
7 Nihagira uwurya kuri ico kimazi ku musi ugira gatatu, kizoca kiba ikintu gisesemye kandi Imana ntizocemera. 8 Uwukiriyeko azobihanirwa, kuko azoba ahumanije ikintu ceranda ca Yehova. Uwo muntu abwirizwa kwicwa*.