-
Abalewi 9:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Ariko Abisirayeli uzobabwire uti: “Nimuzane isuguru y’impene y’ishikanwa ry’igicumuro, ishuri be n’isuguru y’intama vy’ishikanwa riturirwa bimaze umwaka umwumwe kandi bitagira akanenge,
-
-
Abalewi 9:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Hanyuma atanga ishikanwa ry’abantu: afata ya suguru y’impene igenewe abantu, arayikerera maze ayitanga nk’ishikanwa ry’igicumuro nk’imwe ya mbere.
-