Matayo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yohani yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyera umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+. Yarya inzige n’ubuki bwo mw’ishamba+. Mariko 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yohani yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyera umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+. Yarya inzige n’ubuki bwo mw’ishamba+.
4 Yohani yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyera umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+. Yarya inzige n’ubuki bwo mw’ishamba+.
6 Yohani yambara ubwoya bw’ingamiya, agakenyera umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+. Yarya inzige n’ubuki bwo mw’ishamba+.