ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Mutegerezwa kuba beranda imbere yanje+. Ntimuze murye inyama z’igikoko catabaguriwe mw’ishamba+. Mukwiye kuziterera imbwa.

  • Guharura 15:40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 40 Ivyo bizotuma mwibuka amabwirizwa yanje yose mwongere muyakurikize kugira mube beranda imbere y’Imana yanyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Muri ihanga ryeranda kuri Yehova Imana yanyu, kandi Yehova Imana yanyu yarabatoye ngo mube abantu biwe, ihanga ryiwe ridasanzwe* mu yandi mahanga yose ari kw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika