ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Umuntu niyashikanira Yehova ikimazi co gusangira+ kugira ashitse indagano canke akaba agitanze avyishakiye, gikwiye kuba ari igitungwa kitagira akanenge kivuye mu busho bwiwe kugira ashimwe n’Imana. Nta kanenge na kamwe gikwiye kuba gifise.

  • Guharura 6:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Iri ni ryo tegeko rigenga Umunaziri: igihe arangije imisi yiwe y’ubunaziri+, bazomuzana ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. 14 Azoca ashikanira amashikanwa Yehova ari ng’aho: isuguru y’intama y’ishikanwa riturirwa+ imaze umwaka canke udashika kandi itagira akanenge, ishashi y’intama y’ishikanwa ry’igicumuro+ imaze umwaka canke udashika kandi itagira akanenge, impfizi y’intama itagira akanenge y’ikimazi co gusangira+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika