ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 13:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Umuherezi azosuzuma ivyo bicafu, hanyuma ashire ico kintu canduye ukwa conyene imisi indwi+.

  • Abalewi 14:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 azoca asohoka hanze amenyeshe ko iyo nzu izomara imisi indwi idakoreshwa*+.

  • Guharura 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Miriyamu aca amara imisi indwi ari ukwa wenyene hanze y’ikambi+. Abantu ntibasubiye gufata urugendo gushika Miriyamu agarutse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika