Abalewi 21:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Bakwiye kuba beranda imbere y’Imana yabo+. Ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo batanga amashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro, ibifungurwa* vy’Imana yabo. Bategerezwa kuba beranda+.
6 Bakwiye kuba beranda imbere y’Imana yabo+. Ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo batanga amashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro, ibifungurwa* vy’Imana yabo. Bategerezwa kuba beranda+.