ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Aroni azokambara mu ruhanga, kandi hagize uwufata nabi ibintu vyeranda ni we azobibazwa+. Ivyo bintu ni amashikanwa meranda Abisirayeli bashikanira Imana nk’ingabire. Gakwiye kuguma ku ruhanga rwiwe kugira Abisirayeli bemerwe na Yehova.

  • Guharura 18:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Muze mutange ibintu vyizavyiza mu vyo muzoba mwahawe kugira ntimwagirwe n’icaha. Ntimukwiye guhumanya ibintu vyeranda vy’Abisirayeli, ahandiho mwopfa+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika