Abalewi 14:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Iri ni ryo tegeko rigenga umunyamibembe ku musi wo gutangaza ko adahumanye, igihe azoba yazanywe ku muherezi+. Abalewi 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ivyo bintu biva mu gihimba ciwe c’irondoka nivyahagarara, agakira iyo ndwara, azoca aharura imisi indwi kugira yihumanure. Azomesa impuzu ziwe, yiyoge amazi bavomye ku mugezi, aheze abe uwudahumanye+.
2 «Iri ni ryo tegeko rigenga umunyamibembe ku musi wo gutangaza ko adahumanye, igihe azoba yazanywe ku muherezi+.
13 Ivyo bintu biva mu gihimba ciwe c’irondoka nivyahagarara, agakira iyo ndwara, azoca aharura imisi indwi kugira yihumanure. Azomesa impuzu ziwe, yiyoge amazi bavomye ku mugezi, aheze abe uwudahumanye+.