Abalewi 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehova abandanya kubwira Musa ati: «Bwira abaherezi ari bo bahungu ba Aroni uti: “Ntihaze hagire uwihumanya kubera umuntu wo mw’ihanga ryiwe yapfuye+. Guharura 19:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Umuntu wese akoze ku kiziga c’umuntu azomara imisi indwi ahumanye+. Guharura 19:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ikintu cose uwo muntu ahumanye akozeko kizoca kiba igihumanye, kandi uwukoze kuri ico kintu azoca aba uwuhumanye gushika ku mugoroba+.”»
21 Yehova abandanya kubwira Musa ati: «Bwira abaherezi ari bo bahungu ba Aroni uti: “Ntihaze hagire uwihumanya kubera umuntu wo mw’ihanga ryiwe yapfuye+.
22 Ikintu cose uwo muntu ahumanye akozeko kizoca kiba igihumanye, kandi uwukoze kuri ico kintu azoca aba uwuhumanye gushika ku mugoroba+.”»