Guharura 18:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 N’ibi nyene ni rwanyu: ingabire Abisirayeli batanga+ be n’amashikanwa yose bazungagiza+. Ni umugabane wamaho nahaye wewe n’abahungu bawe hamwe n’abakobwa bawe+. Umuntu wese adahumanye mu rugo rwawe arashobora kubiryako+.
11 N’ibi nyene ni rwanyu: ingabire Abisirayeli batanga+ be n’amashikanwa yose bazungagiza+. Ni umugabane wamaho nahaye wewe n’abahungu bawe hamwe n’abakobwa bawe+. Umuntu wese adahumanye mu rugo rwawe arashobora kubiryako+.