Kuvayo 23:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Uzozana ku nzu ya Yehova Imana yawe ivyimburwa vyizavyiza mu vyeze ubwa mbere mu mirima yawe+. Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+. Gusubira mu vyagezwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Niwaba uri ku nzira ukabona icari c’inyoni kirimwo utwana twayo canke amagi yayo, caba kiri ku giti canke hasi, kandi nyina ikaba ibundikiriye utwo twana canke ayo magi, ntuze uyitwarane n’utwana twayo+.
19 Uzozana ku nzu ya Yehova Imana yawe ivyimburwa vyizavyiza mu vyeze ubwa mbere mu mirima yawe+. Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.
6 Niwaba uri ku nzira ukabona icari c’inyoni kirimwo utwana twayo canke amagi yayo, caba kiri ku giti canke hasi, kandi nyina ikaba ibundikiriye utwo twana canke ayo magi, ntuze uyitwarane n’utwana twayo+.