Abalewi 19:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Mutegerezwa gukurikiza ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zose nashinze, kandi mukavyisunga+. Ndi Yehova.”» Guharura 15:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ivyo bizotuma mwibuka amabwirizwa yanje yose mwongere muyakurikize kugira mube beranda imbere y’Imana yanyu+. Gusubira mu vyagezwe 4:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Mutegerezwa kwubahiriza amategeko n’amabwirizwa yiwe ndabahaye uno musi, kugira bibagendere neza mwe n’uruvyaro rwanyu no kugira muzorambire mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe+.»
37 Mutegerezwa gukurikiza ivyagezwe vyanje vyose n’ingingo zose nashinze, kandi mukavyisunga+. Ndi Yehova.”»
40 Ivyo bizotuma mwibuka amabwirizwa yanje yose mwongere muyakurikize kugira mube beranda imbere y’Imana yanyu+.
40 Mutegerezwa kwubahiriza amategeko n’amabwirizwa yiwe ndabahaye uno musi, kugira bibagendere neza mwe n’uruvyaro rwanyu no kugira muzorambire mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe+.»