Kuvayo 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Muzohimbaza imisi mikuru yanje gatatu mu mwaka+. Abalewi 23:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Iyo ni yo misi mikuru+ ya Yehova mukwiye gutangaza nk’amakoraniro meranda+ kugira mushikanire Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro, ni ukuvuga ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’amashikanwa y’ibinyobwa+, hisunzwe ibisabwa buri musi.
37 Iyo ni yo misi mikuru+ ya Yehova mukwiye gutangaza nk’amakoraniro meranda+ kugira mushikanire Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro, ni ukuvuga ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’amashikanwa y’ibinyobwa+, hisunzwe ibisabwa buri musi.