Kuvayo 16:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Abantu baca batangura kwubahiriza isabato* ku musi ugira indwi+. Kuvayo 20:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 mugabo umusi ugira indwi ni isabato ya Yehova Imana yawe. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, yaba wewe, umuhungu wawe, umukobwa wawe, umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore, igitungwa cawe canke kavamahanga aba mu mahema yawe+. Ivyakozwe 15:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko kuva mu bihe vya kera hamye hariho abantu bamamaza ivyerekeye Musa mu bisagara vyose, ivyo yanditse bigasomwa n’ijwi ryumvikana mu masinagogi buri sabato+.»
10 mugabo umusi ugira indwi ni isabato ya Yehova Imana yawe. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, yaba wewe, umuhungu wawe, umukobwa wawe, umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore, igitungwa cawe canke kavamahanga aba mu mahema yawe+.
21 Kuko kuva mu bihe vya kera hamye hariho abantu bamamaza ivyerekeye Musa mu bisagara vyose, ivyo yanditse bigasomwa n’ijwi ryumvikana mu masinagogi buri sabato+.»