Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ni ugusangira umukate wawe n’umuntu ashonje+,ukazana mu nzu yawe abakene n’abatagira uburaro,ukambika uwo ubonye ari gusa+,ntiwirengagize mwenewanyu.
7 Ni ugusangira umukate wawe n’umuntu ashonje+,ukazana mu nzu yawe abakene n’abatagira uburaro,ukambika uwo ubonye ari gusa+,ntiwirengagize mwenewanyu.