Guharura 15:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Igihe Abisirayeli bari mu bugaragwa, hari umugabo basanze ariko arasenya kw’isabato+. Guharura 15:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Yehova aca abwira Musa ati: «Uwo mugabo ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose nirimwicishe amabuye inyuma y’ikambi+.» Gusubira mu vyagezwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hageze kumwica, ivyabona ni bo bakwiye kuba aba mbere, hanyuma abandi bose bagakurikira. Mutegerezwa gukura ikibi muri mwebwe+.
35 Yehova aca abwira Musa ati: «Uwo mugabo ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose nirimwicishe amabuye inyuma y’ikambi+.»
7 Hageze kumwica, ivyabona ni bo bakwiye kuba aba mbere, hanyuma abandi bose bagakurikira. Mutegerezwa gukura ikibi muri mwebwe+.