-
Abalewi 23:27, 28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 «Ariko umusi ugira cumi w’ukwo kwezi kw’indwi uzoba ari umusi w’impongano*+. Muzogira ikoraniro ryeranda. Mutegerezwa kwibabaza*+ kandi mugashikanira Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro. 28 Nta gikorwa na kimwe mukwiye gukora kuri uwo musi, kuko ari umusi w’impongano. Ni umusi wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu.
-