ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nawomi aca amubwira ati: «Aragahezagirwa na Yehova, we aguma agirira ubuntu abazima n’abapfuye+!» Nawomi yongerako ati: «Uwo mugabo ni incuti yacu+. Ni umwe mu bashobora kuducungura*+.»

  • Rusi 4:4-6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Niyumviriye rero kubikumenyesha nti: “Nurigurire imbere y’ababa muri iki gisagara n’abashingantahe baco+. Ukaba ushaka kuricungura, nuricungure. Ariko nimba utabishaka, nubimenyeshe, kuko ari wewe ufise uburenganzira bwo kuricungura, nanje nkaza inyuma yawe.”» Ya ncuti na yo iti: «Ndemeye kuricungura+.» 5 Maze Bowazi avuga ati: «Umusi uzogura iryo tongo na Nawomi, umenye kandi ko uzoba uriguze na Rusi Umunyamowabukazi, umugore w’umuhisi, kugira ngo izina ry’umuhisi rigume ku ntoranwa yiwe+.» 6 Ya ncuti ica ivuga iti: «Sinshoboye kuricungura, kuko nohava nonona intoranwa yanje. Ndaguhaye uburenganzira bwo kuricungura, jewe nta vyo nshoboye.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika