ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Jewe Yehova navuze. Ibi ni vyo nzokorera iri shengero ribi, abo bose bakoraniye hamwe kundwanya: bazohonera muri ubu bugaragwa kandi ni ho bazopfira+.

  • Guharura 16:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Kora+ umuhungu wa Izihari+, Izihari umuhungu wa Kohati+, Kohati umuhungu wa Lewi+, arahaguruka ari kumwe na Datani na Abiramu abahungu ba Eliyabu+ hamwe na Oni umuhungu wa Peleti. Bose uko ari batatu bari abo mu muryango wa Rubeni+. 2 Batangura kurwanya Musa bari kumwe n’abagabo b’Abisirayeli 250, abagabo bahambaye, abakuru b’ishengero batowe ngo bariserukire.

  • Guharura 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Kora amaze kwegeranya abamushigikiye bose+ kugira bahangane na bo ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, ubuninahazwa bwa Yehova buca bubonekera ishengero ryose+.

  • Guharura 16:35
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Haca haza umuriro uvuye kuri Yehova+, urigata ba bagabo 250 bariko bashikana imibavu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika