ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 34:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Yosuwa mwene Nuni yari yuzuye impwemu y’ubukerebutsi, kuko Musa yari yaramurambitseko ibiganza+. Nuko Abisirayeli batangura kumwumvira, bakora ivyo Yehova yari yarategetse Musa+.

  • Ivyakozwe 6:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Iryo jambo abigishwa bose bararishima, baca batora Sitefano umugabo yuzuye ukwizera n’impwemu nyeranda, na Filipo+, Purokoro, Nikanori, Timoni, Parumena na Nikola w’i Antiyokiya yari yarinjiye idini ry’Abayuda. 6 Babazana imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika