Gusubira mu vyagezwe 31:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Musa aca ahamagara Yosuwa, amubwirira imbere y’Abisirayeli bose ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ko azoha ba sekuruza babo, uheze ukibahe kibe intoranwa yabo+.
7 Musa aca ahamagara Yosuwa, amubwirira imbere y’Abisirayeli bose ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana aba bantu mu gihugu Yehova yarahiye ko azoha ba sekuruza babo, uheze ukibahe kibe intoranwa yabo+.