Gusubira mu vyagezwe 1:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Yosuwa mwene Nuni umusuku wawe+ ni we azocinjiramwo+. Numukomeze*+ kuko ari we azotuma Abisirayeli batorana ico gihugu.’) Gusubira mu vyagezwe 31:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yehova Imana yanyu azojabuka imbere yanyu. Ubwiwe azotikiza ayo mahanga ari imbere yanyu muheze mwigarurire igihugu cayo+. Yosuwa ni we azobajabukana hakurya ya Yorodani+ nk’uko Yehova yabivuze. Gusubira mu vyagezwe 34:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Muri Isirayeli ntihigeze hasubira kuboneka umuhanuzi ameze nka Musa+, uwo Yehova yari azi neza*+.
38 Yosuwa mwene Nuni umusuku wawe+ ni we azocinjiramwo+. Numukomeze*+ kuko ari we azotuma Abisirayeli batorana ico gihugu.’)
3 Yehova Imana yanyu azojabuka imbere yanyu. Ubwiwe azotikiza ayo mahanga ari imbere yanyu muheze mwigarurire igihugu cayo+. Yosuwa ni we azobajabukana hakurya ya Yorodani+ nk’uko Yehova yabivuze.