Gusubira mu vyagezwe 3:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Nugene Yosuwa abe indongozi+, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ uru ruzi ari imbere y’aba bantu, kandi ni we azobafasha kwigarurira igihugu uza kubona.” Gusubira mu vyagezwe 31:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova aca abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa+. Nuhamagare Yosuwa, muheze muzanane imbere y’ihema ry’ibonaniro kugira ndamugene abe indongozi+.» Musa na Yosuwa baca baragenda imbere y’ihema ry’ibonaniro. Gusubira mu vyagezwe 31:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Aca* agena Yosuwa+ mwene Nuni ngo abe indongozi, amubwira ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana Abisirayeli mu gihugu nabarahiye+, kandi nzogumana nawe.»
28 Nugene Yosuwa abe indongozi+, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ uru ruzi ari imbere y’aba bantu, kandi ni we azobafasha kwigarurira igihugu uza kubona.”
14 Yehova aca abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa+. Nuhamagare Yosuwa, muheze muzanane imbere y’ihema ry’ibonaniro kugira ndamugene abe indongozi+.» Musa na Yosuwa baca baragenda imbere y’ihema ry’ibonaniro.
23 Aca* agena Yosuwa+ mwene Nuni ngo abe indongozi, amubwira ati: «Gira umutima rugabo kandi ukomere+, kuko ari wewe uzojana Abisirayeli mu gihugu nabarahiye+, kandi nzogumana nawe.»