1 Abakorinto 11:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko uwugaba* umugabo wese ari Kristu+, uwugaba* umugore ni umugabo+, uwugaba* Kristu na we ni Imana+. 1 Petero 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Bagore, na mwebwe nyene nimuyobokere abagabo banyu+, kugira ngo nimba hari abatagamburukira rya jambo, bagondozwe ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso zanyu+,
3 Mugabo nshaka ko mumenya yuko uwugaba* umugabo wese ari Kristu+, uwugaba* umugore ni umugabo+, uwugaba* Kristu na we ni Imana+.
3 Bagore, na mwebwe nyene nimuyobokere abagabo banyu+, kugira ngo nimba hari abatagamburukira rya jambo, bagondozwe ata jambo rivuzwe, biciye ku ngeso zanyu+,