-
Gusubira mu vyagezwe 32:48-50Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
48 Kuri uyo musi nyene Yehova abarira Musa ati: 49 «Duga kuri uyu musozi Nebo+, uri mu karere ka Abarimu+ mu gihugu ca Mowabu, aharabana n’i Yeriko maze urabe igihugu ca Kanani ngira mpe Abisirayeli+. 50 Uzoca upfira ng’aho kuri uwo musozi, uhamvye ab’iwanyu* nk’uko Aroni mwenewanyu yapfiriye ku musozi Hori+, agahamvya ab’iwabo.
-