1 Ngoma 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Baharura Abalewi bari bafise imyaka 30 kuduga+, umwumwe ukwiwe. Bari 38.000. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli,
23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli,