ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Umuntu niyabona ikibi kiriko kirakorwa canke akakimenya hanyuma akumva bahamagara* uwoza kuba icabona+ ariko ntavuge ico azi, azoba acumuye kandi azobihanirwa.

  • Abalewi 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Umuntu niyacumura agakora ico ari co cose mu bintu Yehova yabujije, naho yoba yagikoze atabizi, azokwagirwa n’icaha kandi azobihanirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika