Abalewi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ntuze uryamane n’umugore wa mugenzawe* kuko woba wihumanije+. Gusubira mu vyagezwe 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ntukarenge ibigo+.